Umuyobozi mukuru wa BBC Tim Davie n'umukuru w'igisata kijejwe amakuru Deborah Turness batanze imihoho inyuma y'aho baneguwe kw'ikosa rya BBC ryo guhindura ijambo rya Donald Trump mu kiganiro kizwi nka ...
Ishirahamwe riharanira uburenganzira bwa muntu Human Rights Watch (HRW ) riragiriza umuhari 23 n'urunani urimwo rwa AFC gutera ubwoba, gupfunga no gutera abamenyeshamakuru, ababinegura, n'abo mu ...